30 Kigarama 2019–5 Nzero 2020
IVYAHISHUWE 20-22
Ururirimbo rwa 146 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Ehe ibintu vyose ndiko ndabigira bishasha”: (Imin. 10)
Ivy 21:1—“Ijuru rya kera n’isi ya kera vyari vyagiye” (re 301 ing. 2)
Ivy 21:3, 4—“Ivya kera vyagiye” (w13 1/12 11 ing. 2-4)
Ivy 21:5—Ivyo Yehova yasezeranye ni ivyo kwizigirwa (w03 1/8 12 ing. 14)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Ivy 20:5—Ni mu buryo ki “abapfuye basigaye” bazosubira kuba bazima inyuma y’imyaka 1000? (it-2 1149-1150 ing. 6; re 290 ing. 15)
Ivy 20:14, 15—“Ikiyaga c’umuriro” ni iki? (it-2 101)
Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?
Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Ivy 20:1-15 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Usubiyeyo ubwa gatatu: (Imin. 3 canke idashika) Ihitiremwo icanditswe wokoresha, uce umuha ubutumire bw’ikoraniro. (th icigwa ca 3)
Usubiyeyo ubwa gatatu: (Imin. 4 canke idashika) Ihitiremwo icanditswe wokoresha, hanyuma ushikirize agatabu canke igitabu dukoresha mu gutanguza inyigisho. (th icigwa ca 9)
Inyigisho: (Imin. 5 canke idashika) jl icigwa ca 12 (th icigwa ca 6)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Turyohore ubuhanga bwacu mu ndimiro—Guhuza n’uko ibintu vyifashe”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana iyo videwo.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) jy ikig. 97
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 80 n’isengesho