Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | IVYAHISHUWE 20-22

“Ehe ibintu vyose ndiko ndabigira bishasha”

“Ehe ibintu vyose ndiko ndabigira bishasha”

21:1-5

Yehova asezerana kugira ibintu vyose bishasha.

  • “Ijuru rishasha”: Ni intwaro nshasha izotuma kw’isi harangwa ubugororotsi

  • “Isi nshasha”: Ni ikibano c’abantu bayobokera ubutegetsi bw’Imana kandi bakabaho bisunga ingingo ngenderwako zigororotse

  • ‘Ibintu vyose bizoba bishasha’: Imibabaro yose yadushikiye ku mubiri, mu bwenge no mu mutima izosubirirwa n’ibintu biteye umunezero tuzoza turabona ku musi ku musi