Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

9-15 Kigarama

IVYAHISHUWE 10-12

9-15 Kigarama

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • ‘Ivyabona . . . bibiri’ biricwa bigasubira kugirwa bizima”: (Imin. 10)

    • Ivy 11:3​—“Ivyabona . . . bibiri” bivuga ubuhanuzi imisi 1.260 (w14 15/11 30)

    • Ivy 11:7​—Biricwa na “ca gikoko”

    • Ivy 11:11​—Vya ‘vyabona bibiri’ birasubira kugirwa bizima inyuma “y’iyo misi itatu n’igice”

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Ivy 10:9, 10​—Ni mu buryo ki ubutumwa Yohani yahawe ‘bwarura’ bukongera ‘bugasosa’? (it-2 821)

    • Ivy 12:1-5​—Ibivugwa muri iyi mirongo vyarangutse gute? (it-1 673 ing. 5-7)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi cakwigishije iki ku vyerekeye Yehova?

    • Hari ubundi butunzi woba warabonye mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Ivy 10:1-11 (th icigwa ca 10)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

  • Ividewo ya mugihura: (Imin. 4) Nimuyirabe mwongere muyiganireko.

  • Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) Koresha agace kajanye na mugihura. (th icigwa ca 6)

  • Mugihura: (Imin. 3 canke idashika) Koresha agace kajanye na mugihura, ushinge intahe akaryo kizanye wisunze ibimenyerewe mu karere iwanyu. (th icigwa ca 3)

  • Mugihura: (Imin. 3 canke idashika) Hera ku gace kajanye na mugihura. Nuce umuha kimwe mu bikoresho nyamukuru bidufasha kwigisha Bibiliya. (th icigwa ca 9)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU