Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | IVYAHISHUWE 10-12

“Ivyabona . . . bibiri” biricwa bigasubira kugirwa bizima

“Ivyabona . . . bibiri” biricwa bigasubira kugirwa bizima

11:3-11

  • ‘Ivyabona bibiri’: Umugwi mutoyi w’abavukanyi barobanuwe baja imbere abandi igihe Ubwami bw’Imana bwashingwa mu 1914

  • Kwicwa: Inyuma y’imyaka itatu n’igice bamamaza bambaye “amagunira,” ‘barishwe’ igihe batabwa mw’ibohero bakabwirizwa kumara igihe batariko barakora

  • Gusubira kuba bazima: Ya misi itatu n’igice y’ikigereranyo irangiye, barasubiye kuba bazima igihe bava mw’ibohero bagasubira kuja imbere abandi mu gikorwa co kwamamaza