Kamerune: Umwamamaji ariko arabwira inkuru nziza umuntu asoroma icayi

AGATABU K’IKORANIRO RY'UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU Mukakaro 2016

Ingene twotanguza ibiyago

Ivyiyumviro vy’ingene twoshikiriza Umunara w’Inderetsi n’agatabu Inkuru nziza iva ku Mana. Ufatiye kuri ubwo burorero niwitegurire uburyo bwawe.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Shemeza Yehova, umwe yumva amasengesho

Kubera iki ari vyiza kwama usenga Yehova ku bijanye n’ivyo wamusezeraniye? Mu masengesho yawe, wokwerekana gute ko wizigira Yehova? (Zaburi 61-65)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Kworosha ubuzima biradufasha gushemeza Imana

Kworosha ubuzima vyogufasha gukora iki? Wokwigana gute Yezu muri ivyo?

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Abasavyi ba Yehova barafitiye umwete ugusenga kw’ukuri

Umwete Dawidi yari afitiye Imana wotwigisha iki? Umwete dufise utuma dukora iki? (Zaburi 69-72)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ubona wobugerageza umwaka umwe?

Abo bose bipfuza kugerageza bokwitega kuronka imihezagiro myinshi.

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Intonde zogufasha kuba umutsimvyi

Wotangara usanze mbere n’abafise umwanya muto n’amagara make bashobora gukora ubutsimvyi.

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Niwibuke ibikorwa vya Yehova

Mu bikorwa vya Yehova harimwo iki? Kubizirikana vyodufasha gute? (Zaburi 74-78)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Ni nde ahambaye cane mu buzima bwawe?

Uwatunganije Zaburi 83 yarerekanye ko Yehova ari we yari ahambaye cane mu buzima bwiwe. Tweho twovyerekana gute?