11- 17 Mukakaro
ZABURI 69-73
Ururirimbo rwa 92 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Abasavyi ba Yehova barafitiye umwete ugusenga kw’ukuri”: (Imin. 10)
Zb 69:9
—Umwete dufitiye ugusenga kw’ukuri ukwiye kwigaragaza neza (w10 15/12 7-11 ing. 2-17) Zb 71:17, 18
—Abakuze barashobora gufasha abakiri bato kugira umwete (w14 15/1 23-24 ing. 4-10) Zb 72:3, 12, 14, 16-19
—Umwete uratuma tubwira abandi ivyo Ubwami buzokorera abantu (w15 1/10 16 ing. 3; w10 15/8 32 ing. 19-20)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Zb 69:4, 21
—Iyi mirongo yerekeza gute kuri Mesiya? (w11 15/8 11 ing. 17; w11 15/8 15 ing. 15) Zb 73:24
—Yehova ajana gute abasavyi biwe ku buninahazwa? (w13 15/2 25-26 ing. 3-4) Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?
Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Zb 73:1-28
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) wp16.4 igipfukisho
—Nucire inzira isubirayo. Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) wp16.4 igipfukisho
Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) fg icigwa 5 ing. 3-4
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Ubona wobugerageza umwaka umwe?”: (Imin. 15) Nimubanze muyage gatoyi kuri ico kiganiro no ku kivuga ngo “Intonde zogufasha kuba umutsimvyi.” Nimuce muraba mwongere muganire ku kavidewo kavuga ngo Hitamwo umwuga ujana ku buzima budahera.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) ia ikig. 19 ing. 17-31, uruzitiro “Yozefu yapfuye ryari?,” n’isubiramwo ry’ikigabane
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 123 n’isengesho