UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Intonde zogufasha kuba umutsimvyi
Kuba umutsimvyi asanzwe bisaba urutonde rwiza. Ugiye uramara amasaha 18 mu ndimiro buri ndwi, woshobora kubukora kandi ukaronka n’umwanya wo kuruhuka. Urwo rutonde ruragufasha n’igihe hokwaduka ibintu utiteze, nk’indwara canke ikirere kitameze neza. Mu ntonde ziri aha hepfo hariho urwofasha abafise akazi k’imisi mikeyi mu ndwi, abakora imisi yose canke abafise amagara make. Mugize ivyo muhinduye, hari aho umwe mu rugo iwanyu yotangura ubutsimvyi muri Nyakanga. Mubona gute mubiyaze mu nyigisho y’umuryango y’ubutaha?
Ku wa mbere |
AKAZI |
Ku wa kabiri |
AKAZI |
Ku wa gatatu |
AKAZI |
Ku wa kane |
Amasaha 6 |
Ku wa gatanu |
Amasaha 6 |
Ku wa gatandatu |
Amasaha 4 |
Ku wa mungu |
Amasaha 2 |
Ku wa mbere |
Amasaha 2 |
Ku wa kabiri |
Amasaha 2 |
Ku wa gatatu |
IKORANIRO RY’UBUZIMA |
Ku wa kane |
Amasaha 2 |
Ku wa gatanu |
Amasaha 2 |
Ku wa gatandatu |
Amasaha 6 |
Ku wa mungu |
Amasaha 4 |
Ku wa mbere |
KURUHUKA |
Ku wa kabiri |
Amasaha 3 |
Ku wa gatatu |
Amasaha 3 |
Ku wa kane |
Amasaha 3 |
Ku wa gatanu |
Amasaha 3 |
Ku wa gatandatu |
Amasaha 3 |
Ku wa mungu |
Amasaha 3 |