Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

18-24 Mukakaro

ZABURI 74-78

18-24 Mukakaro

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Niwibuke ibikorwa vya Yehova”: (Imin. 10)

    • Zb 74:16; 77:6, 11, 12—Zirikana ku bikorwa vya Yehova (w15 15/8 10 ing. 3-4; w04 1/3 19-21; w03 1/7 10 ing. 6-7)

    • Zb 75:4-7—Mu bikorwa vya Yehova harimwo kugena abagabo bicisha bugufi ngo bitwararike abasavyi biwe (w06 15/7 11 ing. 3; it-1-F 1158 ing. 8)

    • Zb 78:11-17—Niwibuke ingene Yehova yarokoye abasavyi biwe (w04 1/4 21-22)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)

    • Zb 78:2—Uyu murongo werekeza gute kuri Mesiya? (w11 15/8 11 ing. 14)

    • Zb 78:40, 41—Nk’uko iyi mirongo ivyerekana, ibikorwa vyacu bishobora gutuma Yehova amererwa gute? (w12 1/11 14 ing. 5; w11 1/7 10)

    • Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?

    • Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Zb 78:1-21

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 15

  • Ibikenewe iwanyu: (Imin. 10)

  • ‘Yehova ni we yaremye vyose’: (Imin. 5) Guhana ijambo. Banza werekane akavidewo ko kuri jw.org kitwa ngo Yehova ni we yaremye vyose. (Raba ahavuga ngo INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA > ABANA.) Nuce usaba abana wateguye imbere y’igihe baze ku mukiruruko, ubabaze utubazo tujanye n’ako kavidewo.

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) ia ikig. 20 ing. 1-13

  • Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 73 n’isengesho