4- 10 Mukakaro
ZABURI 60-68
Ururirimbo rwa 104 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Shemeza Yehova, umwe yumva amasengesho”: (Imin. 10)
Zb 61:1, 8
—Niwame usenga Yehova ku bijanye n’ivyo wamusezeraniye (w99-F 15/9 9 ing. 1-4) Zb 62:8
—Niwerekane ko wizigira Yehova mu kumusukira ibiri ku mutima mw’isengesho (w15 15/4 25-26 ing. 6-9) Zb 65:1, 2
—Yehova arumva amasengesho y’abafise umutima ugororotse bose (w15 15/4 22 ing. 13-14; w10 15/4 5 ing. 10; it-2-F 661 ing. 6)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Zb 63:3
—Kubera iki ubuntu bwuzuye urukundo bwa Yehova ari bwiza kuruta ubuzima? (w06 1/6 11 ing. 7) Zb 68:18
—“Ingabirano zigizwe n’abagabo” ni bande? (w06 1/6 10 ing. 5) Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?
Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Zb 63:1–64:10
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Tegura uburyo bwo gutanguza ibiyago muri uku kwezi: (Imin. 15) Guhana ijambo. Kuri buri buryo bwo gutanguza ibiyago, nimwerekane akavidewo bijanye muce muganira ku vyiyumviro nyamukuru. Nuremeshe abamamaji kwitegurira uburyo bwabo bwo gutanguza ibiyago.
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Kworosha ubuzima biradufasha gushemeza Imana”: (Imin. 15) Nimuhere ku guhana ijambo kuri ico kiganiro. Nuce werekana akavidewo kavuga ngo Twaroroheje ubuzima mwongere mukaganireko gatoyi. Nuremeshe bose kuraba ingene bokworosha ubuzima bwabo kugira ngo barushirize gukorera Yehova.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) ia ikig. 19 ing. 1-16
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 88 n’isengesho