Shemeza Yehova, umwe yumva amasengesho
Niwame usenga Yehova ku bijanye n’ivyo wamusezeraniye
Niwerekane ko wizigira Yehova mu kumusukira ibiri ku mutima mw’isengesho
-
Isengesho ryiza riraserura akari ku mutima
-
Igihe amasengesho yacu adomako, biroroha cane ko tubona ingene Yehova yatwishuye
Yehova arumva amasengesho y’abafise umutima ugororotse bose
-
Yehova arumviriza “abantu b’ubwoko bwose” bipfuza vy’ukuri kumumenya no gukora ivyo agomba
-
Turashobora gusenga Yehova igihe ico ari co cose
Andika ibintu wipfuza gushira mu masengesho yawe.