AGATABU K’IKORANIRO RY'UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU Mukakaro 2018
Ingene twotanguza ibiyago
Ibiyago vyerekana ingene impanuro Bibiliya itanga zishobora gutuma ingo zigira agahimbare.
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Nube umuntu atanga cane
Umuntu atanga, arakoresha ivyo atunze mu gufasha abandi no mu kubaremesha.
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Gukurikira Yezu bisaba iki?
Ni ibiki dukwiye kugumizako ubwenge bwacu bishitse tugakumbura ubuzima twahozemwo?
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Umugani w’Umusamariya w’imbabazi
Abayoboke ba Yezu bakwiye kwihatira kugaragariza abandi urukundo, mbere n’aboba batandukanye cane na bo.
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Kubera iki bihambaye ko tuguma ata ho duhengamiye? (Mk 4:2)
Kugira twigane Imana yacu itagira nkunzi, dutegerezwa gukorera iciza bose.
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Muri n’agaciro kuruta utujuri twinshi”
Twokwigana gute Yehova mu bijanye no kwitwararika abariko barahamwa?
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Umugani w’umwana w’icangazi
Ni ivyigwa ibihe dukura muri uyu mugani ku bijanye no kugira ubukerebutsi, kwicisha bugufi, no kwizigira Yehova Imana?