Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ingene twotanguza ibiyago

Ingene twotanguza ibiyago

●○○ MUGIHURA

Ikibazo: Abubakanye bokomeza gute umubano wabo?

Icanditswe: Ef 5:33

Ubukurikira: Abavyeyi bofasha gute abana babo gukurana indero nziza?

○●○ USUBIYEYO UBWA MBERE

Ikibazo: Abavyeyi bofasha gute abana babo gukurana indero nziza?

Icanditswe: Img 22:6

Ubukurikira: Urwaruka rwokwirinda gute ingorane?

○○● USUBIYEYO UBWA KABIRI

Ikibazo: Urwaruka rwokwirinda gute ingorane?

Icanditswe: Img 4:5, 6

Ubukurikira: Twokura he impanuro zodufasha mu buzima bwa misi yose?