NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ingene twotanguza ibiyago
Mugihura
Ikibazo: Twemezwa n’iki ko ingorane zidushikira atari igihano c’Imana?
Icanditswe: Yak 1:13
Ubukurikira: Kubera iki dushikirwa n’ingorane?
ICO CANDITSWE KIRABONEKA MU BIKORESHO BIDUFASHA KWIGISHA:
Usubiyeyo
Ikibazo: Kubera iki dushikirwa n’ingorane?
Icanditswe: 1Yh 5:19
Ubukurikira: Imana imererwa gute igihe turi mu ngorane?
ICO CANDITSWE KIRABONEKA MU BIKORESHO BIDUFASHA KWIGISHA: