12-18 Mukakaro
GUSUBIRA MU VYAGEZWE 13-15
Ururirimbo rwa 38 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Ingene Itegeko ryagaragaza ko Yehova yitwararika abakene”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Gus 14:21—Twigira iki kw’itegeko ryabuza gutekesha umwagazi w’impene amata ya nyina? (w06 1/4 31)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Gus 13:1-18 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ividewo ya usubiyeyo: (Imin. 5) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Usubiyeyo: Imibabaro—1Yh 5:19. Nuhagarike iyo videwo igihe cose iba isa n’iyirangiye, uce ubaza ibibazo biboneka muri iyo videwo.
Usubiyeyo: (Imin. 3) Koresha agace kajanye na usubiyeyo. (th icigwa ca 6)
Usubiyeyo: (Imin. 5) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Nuce umuha kimwe mu bikoresho bidufasha kwigisha. (th icigwa ca 11)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Ntimukigere mwiganyira”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Urukundo ntirwigera runanirwa naho woba . . . Ukenye—Kongo.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 10 ing. 16-21
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 130 n’isengesho