16-22 Myandagaro
GUSUBIRA MU VYAGEZWE 27-28
Ururirimbo rwa 89 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
‘Iyi mihezagiro yose izoguhamvya’: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Gus 27:17—Kubera iki Itegeko rya Yehova ryabuza kwigiza inyuma akarimbi k’uwundi muntu? (it-1 364)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Gus 28:1-14 (th icigwa ca 11)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku gace kajanye na mugihura. Nuce umuha kimwe mu bikoresho bidufasha kwigisha. (th icigwa ca 6)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Numuhe ubutumire bw’ikoraniro, muce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ingene tugira amakoraniro ajanye no gusenga. (th icigwa ca 3)
Inyigisho: (Imin. 5) lvs 234 ing. 21-22 (th icigwa ca 9)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Ingene ivyaremwe bihishura urukundo rw’Imana”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Ivyaremwe birahishura urukundo rwa Yehova.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 12 ing. 1-8
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 117 n’isengesho