19-25 Mukakaro
GUSUBIRA MU VYAGEZWE 16-18
Ururirimbo rwa 115 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Ingingo ngenderwako zijanye no guca imanza mu bugororotsi”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Gus 17:7—Kubera iki Itegeko ryasaba ko ivyabona ari vyo bibanza gutera amabuye uwagirwa n’icaha? (it-1 852)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Gus 16:9-22 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku gace kajanye na mugihura. Nuce umuha ikinyamakuru cishura ikibazo yabajije. (th icigwa ca 3)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Nuce umuha kimwe mu bikoresho bidufasha kwigisha. (th icigwa ca 4)
Insiguro: (Imin. 5) it-2 1107 ing. 4—Umutwe: Mw’ishengero rya gikirisu hoba hariho abacamanza? (th icigwa ca 18)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Woba ushobora gukora ubutsimvyi busanzwe?: (Imin. 10) Ikiganiro c’uguhana ijambo gishikirizwa n’umucungezi w’umurimo. Gishingiye ku kiganiro kivuga ngo “Ubona wobugerageza umwaka umwe?” n’ikivuga ngo “Intonde zogufasha kuba umutsimvyi” biri mu gatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu ko muri Mukakaro 2016. Raba akavidewo kavuga ngo Yehova arashigikira igikorwa cacu muce mukaganirako.
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 5)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 10 ing. 22-24, mwihweze n’Ingingo ngenderwako zo muri Bibiliya rup. 143-146
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 132 n’isengesho