Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Ingingo ngenderwako zijanye no guca imanza mu bugororotsi

Ingingo ngenderwako zijanye no guca imanza mu bugororotsi

Ntugire nkunzi (Gus 16:18, 19; it-1 410 ing. 2)

Rondera kumenya ivyabaye koko (Gus 17:4-6; it-2 415 ing. 2)

Rondera imfashanyo igihe ari urubanza rugoye (Gus 17:8, 9; it-2 657 ing. 3)

Abakurambere bategerezwa kwiyubara bakisunga izo ngingo ngenderwako igihe baca imanza mw’ishengero.