2-8 Myandagaro
GUSUBIRA MU VYAGEZWE 22-23
Ururirimbo rwa 1 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Ingene Itegeko ryagaragaza ko Yehova yitwararika ibikoko”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Gus 23:19, 20—Kubera iki Abisirayeli bashobora gusaba inyungu abanyamahanga igihe babahaye ingurane, ariko ntibayisabe Abisirayeli bagenzi babo? (it-1 629)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Gus 23:1-14 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
“Nukore ivyotuma wongereza umunezero mu busuku—Gukora umutohoji ku mutima”: (Imin. 9) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Niwironkere umunezero wo guhindura abantu abigishwa: Nuryohore ubuhanga bwawe—Gukora umutohoji ku mutima.
Insiguro: (Imin. 5) g 4/15 13—Umutwe: Kwica ibikoko vyoba ari bibi? (th icigwa ca 14)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 15)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 11 ing. 10-19; soma akajambo ko ku mpera ka 26
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 107 n’isengesho