23-29 Myandagaro
GUSUBIRA MU VYAGEZWE 29-30
Ururirimbo rwa 3 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Gukorera Yehova si amananiza”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Gus 29:4—Ni gute Abisirayeli ari akarorero ko kutuburira? (it-2 453 ing. 3)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Gus 29:1-18 (th icigwa ca 2)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku gace kajanye na mugihura. Numusigire agakarata ka jw.org. (th icigwa ca 1)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Numubaze nimba yoshima kwiga Bibiliya, muce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ingene dufasha abantu kwiga Bibiliya. (th icigwa ca 6)
Inyigisho: (Imin. 5) lvs 226-227 ing. 3-5 (th icigwa ca 13)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Turashobora kugira umutima rugabo”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Nugire umutima rugabo, aho kuba umunyabwoba.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 12 ing. 9-17; soma akajambo ko ku mpera ka 27
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 116 n’isengesho