26 Mukakaro–1 Myandagaro
GUSUBIRA MU VYAGEZWE 19-21
Ururirimbo rwa 141 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Ubuzima bw’umuntu ni ubw’agaciro kuri Yehova”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Gus 21:19—Kubera iki sentare yaba iri kw’irembo ry’igisagara? (it-2 1106 ing. 1)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Gus 19:1-14 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku gace kajanye na mugihura. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 12)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Nimuce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya? (th icigwa ca 6)
Inyigisho: (Imin. 5) bhs 138 ing. 8 (th icigwa ca 13)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
‘Nugende mu mutekano mu nzira yawe’: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana iyo videwo. Nuce ubaza ibibazo bikurikira: Kubera iki dukwiye kwirinda amasanganya mu vyo dukora? Ni ibintu ibihe twokora kugira twerekane ko twirinda amasanganya?
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 11 ing. 1-9
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 131 n’isengesho