30 Myandagaro–5 Nyakanga
GUSUBIRA MU VYAGEZWE 31-32
Ururirimbo rwa 78 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Nugire ico wigiye ku mvugo ngereranyo zo mu ruririmbo rwahumetswe”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Gus 31:12—Abavyeyi bakirisu boshira mu ngiro gute iyo ngingo ngenderwako? (w04 15/9 27 ing. 12)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Gus 32:36-52 (th icigwa ca 2)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku gace kajanye na mugihura. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 3)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Nimuyage ufatiye ku bimuraje ishinga, muce muganira ku canditswe bijanye. (th icigwa ca 12)
Insiguro: (Imin. 5) w07 15/5 15-16 ing. 3-5—Umutwe: Menya ko abana bawe bakwihweza! (th icigwa ca 16)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Nugire ico wigiye ku karorero keza abatuja imbere batanga: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo “Mwibuke ababaja imbere” (Heb 13:7). Nuce ubaza abumviriza uti: Twigira iki ku karorero ka Thomas Sullivan? George Gangas? Karl Klein? Daniel Sydlik?
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 12 ing. 18-22, mwihweze n’Ingingo ngenderwako zo muri Bibiliya rup. 169-171
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 87 n’isengesho