Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Musa ariko arigisha Abisirayeli ururirimbo rutera iteka Yehova

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Nugire ico wigiye ku mvugo ngereranyo zo mu ruririmbo rwahumetswe

Nugire ico wigiye ku mvugo ngereranyo zo mu ruririmbo rwahumetswe

Ivyo twigisha birashobora kuba nk’ikime (Gus 32:2, 3; w20.06 10 ing. 8-9; raba ishusho iri ku gipfukisho c’aka gatabu)

Yehova ni Igitandara (Gus 32:4; w09 1/5 14 ing. 4)

Yehova arakingira abasavyi biwe nk’uko inkona ikingira ivyana vyayo (Gus 32:11, 12; w01 1/10 20 ing. 7)

Wokura hehe ibigereranyo vyiza wokoresha igihe wigisha?