5-11 Mukakaro
GUSUBIRA MU VYAGEZWE 11-12
Ururirimbo rwa 40 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Ukuntu Yehova ashaka ko tumusenga”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Gus 11:29—Ibivugwa muri uwo murongo bishobora kuba vyarangutse gute? (it-1 1037)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Gus 11:1-12 (th icigwa ca 2)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
“Nukore ivyotuma wongereza umunezero mu busuku—Kugaragaza impuhwe”: (Imin. 8) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Niwironkere umunezero wo guhindura abantu abigishwa: Nuryohore ubuhanga bwawe—Kugaragaza impuhwe.
Ividewo ya mugihura: (Imin. 4) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Mugihura: Imibabaro—Yak 1:13. Nuhagarike iyo videwo igihe cose iba isa n’iyirangiye, uce ubaza ibibazo biboneka muri iyo videwo.
Mugihura: (Imin. 2) Koresha agace kajanye na mugihura. (th icigwa ca 1)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 15)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 10 ing. 9-15; soma akajambo ko ku mpera ka 25
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 127 n’isengesho