9-15 Myandagaro
GUSUBIRA MU VYAGEZWE 24-26
Ururirimbo rwa 137 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Ingene Itegeko ryagaragaza ko Yehova yitwararika abakenyezi”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Gus 24:1—Kubera iki tudakwiye kwiyumvira ko Itegeko rya Musa ryatuma umugabo yoroherwa no kwahukana n’umugore wiwe? (it-1 657 ing. 5)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Gus 26:4-19 (th icigwa ca 10)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku gace kajanye na mugihura. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 1)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Nuce umuha kimwe mu bikoresho bidufasha kwigisha. (th icigwa ca 2)
Insiguro: (Imin. 5) w19.06 23-24 ing. 13-16—Umutwe: Twokwirura gute uwapfakaye kandi tukamushigikira? (th icigwa ca 20)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Abagore bahumuye bafate nka ba nyoko, abakiri bato nka bashikawe”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Erekana ividewo ivuga ngo Mw’ishengero, nugaragarize urukundo . . . Impfuvyi n’abapfakazi.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lvs ikig. 11 ing. 20-22, mwihweze n’Ingingo ngenderwako zo muri Bibiliya rup. 156-158
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 106 n’isengesho