1-7 Myandagaro
1 ABAMI 1-2
Ururirimbo rwa 98 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Woba wigira ku makosa yawe?”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 1Bm 1:28-40 (th icigwa ca 2)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Koresha iciyumviro kijanye na mugihura. Numusigire agakarata ka jw.org. (th icigwa ca 11)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Nimuce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ingene tugira amakoraniro ajanye no gusenga, uce umutumira kw’ikoraniro. (th icigwa ca 20)
Insiguro: (Imin. 5) km 1/15 2 ing. 1-3—Umutwe: Niwigire ku baroranirwa mu busuku. (th icigwa ca 13)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Niwishingire imigambi yo mu mwaka w’umurimo uza: Gusaba kwitaba Ishure ry’abamamaji b’Ubwami”: (Imin. 7) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Niwinjire mu muryango uja ku gikorwa biciye ku kwizera—Nusabe kwitaba Ishure ry’abamamaji b’Ubwami.
“Niwishingire imigambi yo mu mwaka w’umurimo uza: Gufasha mu maporoje y’ubwubatsi”: (Imin. 8) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Niwinjire mu muryango uja ku gikorwa biciye ku kwizera—Nufashe mu maporoje y’ubwubatsi.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 14
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 24 n’isengesho