UBUZIMA BW’UMUKIRISU | NIWISHINGIRE IMIGAMBI YO MU MWAKA W’UMURIMO UZA
Gusaba kwitaba Ishure ry’abamamaji b’Ubwami
Si ngombwa ngo ube ubayeho ata ngorane ufise kugira wishingire umugambi wo kwitaba Ishure ry’abamamaji b’Ubwami. Ibisabwa nyamukuru ni ukuba ukomeye mu vy’impwemu kandi ukaba wokwemera igikorwa ico ari co cose ishirahamwe rya Yehova ryogushinga.—Yes 6:8.
NIMURABE IVIDEWO IVUGA NGO NIWINJIRE MU MURYANGO UJA KU GIKORWA BICIYE KU KWIZERA—NUSABE KWITABA ISHURE RY’ABAMAMAJI B’UBWAMI, MUCE MWISHURA IKI KIBAZO:
-
Kubera iki Gabriel yatinya gusaba kwitaba ishure, kandi yungukiye gute ku kuzirikana Abafilipi 4:13?