11-17 Mukakaro
2 SAMWELI 20-21
Ururirimbo rwa 62 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Yehova ni Imana y’ubutungane”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
2Sm 21:15-17—Ni ivyigwa ibihe dushobora gukura kuri iyo nkuru? (w13 15/1 31 ing. 14)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 2Sm 20:1-13 (th icigwa ca 2)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ividewo ya usubiyeyo: (Imin. 5) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Usubiyeyo: Umugambi w’Imana—Yes 55:11. Nuhagarike iyo videwo igihe cose iba isa n’iyirangiye, uce ubaza ibibazo biboneka muri iyo videwo.
Usubiyeyo: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Numusigurire ko twigisha abantu Bibiliya uce umuha agakarata kamenyekanisha ibijanye no kwiga Bibiliya. (th icigwa ca 4)
Usubiyeyo: (Imin. 5) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Nuce umuha agatabu Urashobora kwiberaho ibihe bidahera, hama umwereke ukuntu twigisha Bibiliya. (th icigwa ca 11)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Niwishingire imigambi yo mu mwaka w’umurimo uza: Kwimukira ahari inkenero kuruta”: (Imin. 10) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Niwinjire mu muryango uja ku gikorwa biciye ku kwizera—Niwimukire ahari inkenero kuruta.
“Ingene twokoresha uburyo bwo gutanguza ibiyago”: (Imin. 5) Insiguro ishikirizwa n’umucungezi w’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 12
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 3 n’isengesho