Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

15-21 Myandagaro

1 ABAMI 5-6

15-21 Myandagaro

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Barakoze baratama babitumwe n’urukundo”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • 1Bm 6:1​—Uwo murongo werekana iki ku bijanye na Bibiliya? (g 7/12 18, uruzitiro)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 1Bm 5:1-12 (th icigwa ca 12)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 91

  • Kwibonera ukuboko kwa Yehova mu gihe co kwubaka Ingoro z’Ubwami: (Imin. 15) Nimurabe iyo videwo. Nuce ubaza uti: Ni ibintu ibihe vyabaye vyerekana ko Yehova yahezagiye igikorwa co kwubaka Ingoro z’Ubwami muri Micronésie? Impwemu nyeranda igira uruhara uruhe mu gihe c’ubwubatsi? Wiboneye gute umuhezagiro wa Yehova mu maporoje y’ubwubatsi wagizemwo uruhara?

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 16

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 20 n’isengesho