Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

18-24 Mukakaro

2 SAMWELI 22

18-24 Mukakaro

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Niwiheke kuri Yehova kugira agufashe”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • 2Sm 22:36​—Ni gute ukwicisha bugufi kwa Yehova kwatumye Dawidi aba uwuhambaye? (w12 15/11 17 ing. 7)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 2Sm 22:33-51 (th icigwa ca 10)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

  • Ururirimbo rwa 12

  • Nunezererwe ubukiriro Yehova atanga: (Imin. 5) Guhana ijambo. Nimurabe iyo videwo. Nuce ubaza uti: Yehova yafashije gute umuryango w’umuvukanyi Ganeshalingam mu gihe c’intambara y’abanyagihugu muri Sri Lanka? Ivyo bikomeza gute ukwizera kwawe?

  • Ibikenewe iwanyu: (Imin. 10)

  • Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff isubiramwo ry’igice ca 1

  • Amajambo yo gusozera (Imin. 3)

  • Ururirimbo rwa 60 n’isengesho