22-28 Myandagaro
1 ABAMI 7
Ururirimbo rwa 7 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Ico twokwigira ku nkingi zibiri”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
1Bm 7:23—Ni icigwa ikihe dukura ku “kiyaga [kinini] gishongeshejwe” cubatswe ku rusengero? (it-1 257)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 1Bm 7:1-12 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Koresha iciyumviro kijanye na mugihura. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 6)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Nuce umuha agatabu Urashobora kwiberaho ibihe bidahera, hama umwereke ukuntu twigisha Bibiliya. (th icigwa ca 3)
Inyigisho: (Imin. 5) lff icigwa ca 06, iciyumviro ca 6 n’agace kavuga ngo “Hari abavuga bati” (th icigwa ca 8)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 5)
“Isekeza ridasanzwe ryo gutanguza inyigisho za Bibiliya muri Nyakanga”: (Imin. 10) Ikiganiro c’uguhana ijambo n’abumviriza gishikirizwa n’umucungezi w’umurimo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Mugihura: Kwiga Bibiliya—Zb 37:29. Nuvuge muri make intunganyo zagizwe ng’aho iwanyu ku bw’isekeza.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 17
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 13 n’isengesho