4-10 Mukakaro
2 SAMWELI 18-19
Ururirimbo rwa 138 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Baruzilayi ni intangakarorero mu kwifata ruto”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
2Sm 19:24-30—Akarorero ka Mefibosheti katuremesha gute? (w20.04 30 ing. 19)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) 2Sm 19:31-43 (th icigwa ca 2)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ividewo ya mugihura: (Imin. 5) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Mugihura: Umugambi w’Imana—It 1:28. Nuhagarike iyo videwo igihe cose iba isa n’iyirangiye, uce ubaza ibibazo biboneka muri iyo videwo.
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura. * Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 1)
Insiguro: (Imin. 5) w21.08 23-25 ing. 15-19—Umutwe: Ni imigambi iyihe twoshobora kwishingira igihe tudashobora gukora vyinshi? (th icigwa ca 20)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Niwishingire imigambi yo mu mwaka w’umurimo uza: Gukora ubutsimvyi”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Gira umutima rugabo . . . Mutsimvyi.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 11
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 97 n’isengesho
^ Raba ikiganiro kiri ku rupapuro rwa 16.