10-16 Mukakaro
EZIRA 7-8
Ururirimbo rwa 82 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Inyifato ya Ezira yaratumye Yehova aterwa iteka”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Ezr 8:1—Ni kubera iki Abayuda benshi mu bari i Babiloni batashimye kujana na Ezira i Yeruzalemu? (w06 15/1 19 ing. 10)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Ezr 8:21-36 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ividewo ya usubiyeyo: (Imin. 5) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Usubiyeyo: Imibabaro—1Yh 5:19. Nuhagarike iyo videwo igihe cose iba isa n’iyirangiye, uce ubaza ibibazo biboneka muri iyo videwo.
Usubiyeyo: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Nimuce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya?, hanyuma muyiganireko. (th icigwa ca 4)
Usubiyeyo: (Imin. 5) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Nuce umuha agatabu Urashobora kwiberaho ibihe bidahera, hama umwereke ukuntu twigisha Bibiliya. (th icigwa ca 11)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 15)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 50 iciyumviro ca 1-5 n’ividewo Nukingire abana banyu iri mu ruzitiro ruvuga ngo “Wari ubizi?”
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 134 n’isengesho