Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ezira ariko asomera abantu Itegeko yongera ashemeza Yehova

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

‘Umunezero Yehova atanga ni wo buhungiro bwanyu’

‘Umunezero Yehova atanga ni wo buhungiro bwanyu’

Abantu barakoraniye hamwe ngo bumvirize Ezira ariko asoma itegeko (Neh 8:1, 2; w13 15/10 21 ing. 2; raba ishusho yo ku gipfukisho)

Ico cari ikiringo c’umunezero mu gusenga Yehova, aho kuba ikiringo co kubabara kubera ibicumuro bakoze kera (Neh 8:9, 11, 12)

Umunezero Yehova atanga ni ubuhungiro bw’abasavyi biwe (Neh 8:10; w07 15/7 22 ing. 9-10)

NIWIBAZE UTI: ‘Naho mfise ingorane, ni imvo izihe ziboneka mfise zotuma nezerwa?’