Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

17-23 Mukakaro

EZIRA 9-10

17-23 Mukakaro

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Ingaruka zibabaje ziva ku kugambarara”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • Ezr 10:44​—Ni kubera iki abagore birukananywe n’abana? (w06 15/1 20 ing. 2)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Ezr 9:1-9 (th icigwa ca 2)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU