21-27 Myandagaro
NEHEMIYA 10-11
Ururirimbo rwa 37 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Barahevye ivyabo ku bwa Yehova”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Neh 10:34—Kubera iki abantu basabwe gutanga inkwi? (w06 1/2 11 ing. 1)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Neh 10:28-39 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura. Mutumire kw’ikoraniro, muce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ingene tugira amakoraniro ajanye no gusenga. (th icigwa ca 1)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Nuce umuha agatabu Urashobora kwiberaho ibihe bidahera, muce muganira muri make ibiri ahavuga ngo “Ingene wokwungukira cane kuri ibi vyigwa vya Bibiliya.” (th icigwa ca 4)
Insiguro: (Imin. 5) w11 15/2 15-16 ing. 12-15—Umutwe: Ibimazi bihimbara Imana muri iki gihe. (th icigwa ca 20)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Ni imigambi iyihe wishingiye yo mu mwaka w’umurimo uza?”: (Imin. 10) Guhana ijambo.
“Isekeza ridasanzwe ryo gutangaza Ubwami bw’Imana muri Nyakanga!”: (Imin. 5) Insiguro ishikirizwa n’umucungezi w’umurimo. Nutume bumva bashashaye iryo sekeza, uce uvuga muri make intunganyo zagizwe aho iwanyu.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 55 iciyumviro ca 1-4
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 92 n’isengesho