Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Barahevye ivyabo ku bwa Yehova

Barahevye ivyabo ku bwa Yehova

Imiryango yarasabwe guheba intoranwa zayo maze ikimukira i Yeruzalemu (Neh 11:1; w98 1/11 17 ing. 13)

Abemeye kwitabira ako kamo barironkeye imihezagiro (Neh 11:2; w86 15/2 26)

Imihezagiro Yehova atanga yama iruta kure n’iyo ibintu ivyo ari vyo vyose twoheba (Ml 3:10; w16.04 8 ing. 15)

NIWIBAZE UTI: ‘Ni imihezagiro iyihe nironkeye kubera nagize ivyo mpeba kugira nkorere Yehova?’