24-30 Mukakaro
NEHEMIYA 1-2
Ururirimbo rwa 47 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Ubwo nyene nca ndasenga”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Neh 2:4—Ryoba ryari ryo rya mbere Nehemiya yari asenze ku bijanye n’ico kintu, kandi ni icigwa ikihe tuhakura? (w86 15/2 25)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Neh 2:11-20 (th icigwa ca 2)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura. Mubwire ibijanye n’urubuga rwacu, uce umusigira agakarata ka jw.org. (th icigwa ca 16)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Nuce umuha kimwe mu Bikoresho bidufasha kwigisha. (th icigwa ca 3)
Inyigisho: (Imin. 5) lff icigwa ca 11, intangamarara yo kuri Twinjire mu mizi hamwe n’iciyumviro ca 4 (th icigwa ca 11)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Nube umugenzi wa Yehova—Yehova yoba yishura amasengesho?: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimurabe iyo videwo. Nuce ubaza uti: Iyi videwo itwigisha iki ku vyerekeye isengesho?
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 51
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 102 n’isengesho