Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

28 Myandagaro–3 Nyakanga

NEHEMIYA 12-13

28 Myandagaro–3 Nyakanga

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Nube intahemuka kuri Yehova igihe uhitamwo abagenzi”: (Imin. 10)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • Neh 13:10​—Ko abaririmvyi b’urusengero bari Abalewi, ni kubera iki bavugwa ukwa bonyene? (it-2 359 ing. 7)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Neh 12:27-39 (th icigwa ca 2)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU