3-9 Mukakaro
EZIRA 4-6
Ururirimbo rwa 148 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Nimureke igikorwa kibandanye”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Ezr 6:13—Kubera iki iyi mvugo ngo “hakurya ya rwa ruzi runini” ihambaye? (w93 15/6 32 ing. 3-5)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Ezr 4:8-24 (th icigwa ca 5)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ividewo ya mugihura: (Imin. 5) Guhana ijambo. Nimurabe ividewo ivuga ngo Mugihura: Imibabaro—Yak1:13. Nuhagarike iyo videwo igihe cose iba isa n’iyirangiye, uce ubaza ibibazo biboneka muri iyo videwo.
Mugihura: (Imin. 4) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura. Mubwire ibijanye n’urubuga rwacu, uce umusigira agakarata ka jw.org. (th icigwa ca 1)
Mugihura: (Imin. 4) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura. Mubwire ibijanye n’ukuntu twigisha abantu Bibiliya, uce umuha agakarata kamenyekanisha ibijanye no kwiga Bibiliya. (th icigwa ca 9)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“‘Kuburanira inkuru nziza no gutuma yemerwa n’amategeko’”: (Imin. 15) Guhana ijambo be n’ividewo.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 49 iciyumviro ca 6, na Incamake, Wize iki? na Umugambi wokwishingira
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 130 n’isengesho