31 Mukakaro–6 Myandagaro
NEHEMIYA 3-4
Ururirimbo rwa 143 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Woba ubona ko urengeye gukora ibikorwa vy’amaboko?”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Neh 4:17, 18—Umuntu yashobora gute gukora igikorwa co kwubaka kandi akoresha ukuboko kumwe gusa? (w06 1/2 9 ing. 1)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Neh 3:15-24 (th icigwa ca 2)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura. Niwishure ku majambo ahagarika ikiyago akunda kuvugwa aho iwanyu. (th icigwa ca 3)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Nimuganire ku rupapuro rwa nyuma rw’agatabu Kwiberaho ibihe bidahera, nuce umusaba mutangure kwiga Bibiliya. (th icigwa ca 12)
Insiguro: (Imin. 5) km 11/12 1—Umutwe: Nubone iciza kiva ku gikorwa cawe c’ubutame. (th icigwa ca 10)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Gukorana n’Ivyabona vya Yehova: (Imin. 8) Guhana ijambo. Nimurabe iyo videwo. Nuce ubaza uti: Iyi videwo itwigisha iki ku bijanye n’ingene inyifato yacu turi ku gikorwa ishobora gutuma abantu bashimishwa n’ukuri?
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 7)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 52
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 29 n’isengesho