Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Woba ubona ko urengeye gukora ibikorwa vy’amaboko?

Woba ubona ko urengeye gukora ibikorwa vy’amaboko?

Umuherezi mukuru na benewabo ntibabona ko barengeye kujamwo mu bikorwa vyo kwubaka impome za Yeruzalemu (Neh 3:1)

Abagabo bamwebamwe b’abanyacubahiro baranse “kwicisha bugufi” kugira bafashe mu gikorwa co gusanura (Neh 3:5; w06 1/2 10 ing. 1)

Abagore batinya Imana baritanze cane babikunze mu gukora ico gikorwa carimwo akaga kandi casaba inguvu (Neh 3:12; w19.10 23 ing. 11)

Ibikorwa vyinshi bikorwa mw’ishengero biba bisaba inguvu canke abandi bakabona ko ata co bimaze canke ntibabone ko uriko urabikora.​—w04 1/8 18 ing. 16.

NIWIBAZE UTI: ‘Mbona gute ibijanye no gukora ico gikorwa ku bw’inkuru nziza?’​—1Kr 9:23.