7-13 Myandagaro
NEHEMIYA 5-7
Ururirimbo rwa 17 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Nehemiya yipfuza gukorera abandi, aho gukorerwa”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Neh 6:13—Kubera iki Nehemiya yari kuba akoze igicumuro iyo yinyegeza mu rusengero? (w07 1/7 30 ing. 15)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Neh 5:1-13 (th icigwa ca 2)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 3) Hera ku ciyumviro kijanye na mugihura. Nimuce mumera nk’aho muhejeje kuraba ya videwo Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya?, hanyuma muyiganireko. (th icigwa ca 9)
Usubiyeyo: (Imin. 4) Hera ku ciyumviro kijanye na usubiyeyo. Numuhe agatabu Urashobora kwiberaho ibihe bidahera. (th icigwa ca 6)
Insiguro: (Imin. 5) w13 15/5 7 ing. 17-19—Umutwe: Abamamaji b’injili baroranirwa barafashanya. (th icigwa ca 20)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Barakora bagatama ku bwacu”: (Imin. 15) Guhana ijambo be n’ividewo.
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 53
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 35 n’isengesho