Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

1-7 Mukakaro

ZABURI 57-59

1-7 Mukakaro

Ururirimbo rwa 148 n’isengesho | Intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

Umwami Sawuli n’ingabo ziwe vyanse ko bafata Dawidi

1. Yehova araburizamwo imigambi y’abarwanya abasavyi biwe

(Imin. 10)

Dawidi yabwirijwe kwinyegeza umwami Sawuli (1Sm 24:3; Zb 57, akajambo k’intangamarara)

Yehova yaraburijemwo umugambi abansi ba Dawidi bari bagize (1Sm 24:​7-10, 17-22; Zb 57:3)

Akenshi ivyo abaturwanya bakora bivamwo igihushane c’ivyo bari biteze (Zb 57:6; bt 252 ing. 14-15)

NIWIBAZE UTI: «Nokwerekana gute ko niheka kuri Yehova igihe ndi mu ruhamo?»—Zb 57:2.

2. Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya

(Imin. 10)

  • Zb 57:7—Kugira umutima ushikamye bisobanura iki? (w23.07 18 ing. 16-17)

  • Ni ibiki wize mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

3. Igisomwa ca Bibiliya

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

4. Kwumirako—Ivyo Pawulo yakoze

(Imin. 7) Guhana ijambo. Nimurabe IVIDEWO, muce muganira kuri lmd icigwa ca 7 iciyumviro ca 1-2.

5. Kwumirako—Niwigane Pawulo

(Imin. 8) Ikiganiro c’uguhana ijambo gishingiye kuri lmd icigwa ca 7 iciyumviro ca 3-5 na «Nurabe kandi.»

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ururirimbo rwa 65

6. Ibikenewe iwanyu

(Imin. 15)

7. Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero

Amajambo yo gusozera (Imin. 3) | Ururirimbo rwa 78 n’isengesho