Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

8-14 Mukakaro

ZABURI 60-62

8-14 Mukakaro

Ururirimbo rwa 2 n’isengesho | Intangamarara (Umun. 1)

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

1. Yehova aratuma twumva dutekaniwe, akadukingira kandi agatuma tudahungabana

(Imin. 10)

Yehova ameze nk’umunara ukomeye (Zb 61:3; it-2 1089 ing. 9)

Yehova araduha ikaze mw’ihema ryiwe (Zb 61:4; it-2 1061 ing. 3)

Yehova ameze nk’igitandara (Zb 62:2; w02 1/5 10 ing. 14)


NIWIBAZE UTI: «Ni gute kuba nzi Yehova nkamwihekako bituma mbaho neza?»

2. Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya

(Imin. 10)

  • Zb 62:11—Ni mu buryo ubuhe «inkomezi [ari] iz’Imana»? (w06 1/6 11 ing. 6)

  • Ni ibiki wize mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi?

3. Igisomwa ca Bibiliya

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

4. Gutanguza ikiyago

(Imin. 3) AKARYO KIZANYE. Nutanguze ikiyago ku muntu yakugaragarije umutima mwiza. (lmd icigwa ca 2 iciyumviro ca 3)

5. Gukurikirana abashimishijwe

(Imin. 4) INZU KU NZU. Nubwire uwo muntu ibijanye na JW Library®, uce umwereka ingene yoyivoma. (lmd icigwa ca 7 iciyumviro ca 4)

6. Insiguro

(Imin. 5) w22.02 4-5 ing. 7-10—Umutwe: Niwizigire Yehova igihe uhawe ubuyobozi. (th icigwa ca 20)

UBUZIMA BW’UMUKIRISU

Ururirimbo rwa 12

7. Nta coshobora “kudutandukanya n’urukundo rw’Imana”

(Imin. 10) Guhana ijambo.

Nimurabe IVIDEWO. Nuce ubaza uti:

  • Ni gute Yehova yerekanye ko yitwararika umuvukanyi Nyirenda mu bihe vy’uruhamo?

8. Nube umugenzi wa Yehova—Intambwe zijana ku kubatizwa

(Imin. 5) Guhana ijambo. Nimurabe IVIDEWO. Nimba bishoboka, nuce usaba abana wateguye baze imbere ubabaze uti: Ku bijanye no kubatizwa, ni igiki gihambaye gusumba imyaka umuntu afise? Ni ibiki umuntu yokora mu kwitegurira kubatizwa?

9. Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero

Amajambo yo gusozera (Imin. 3) | Ururirimbo rwa 63 n’isengesho