AGATABU K’IKORANIRO RY'UBUZIMA BWACU N’IGIKORWA CACU Munyonyo 2016
Ingene twotanguza ibiyago
Ivyiyumviro vy’ingene twoshikiriza ikinyamakuru Umunara w’Inderetsi be n’ukuri kwo muri Bibiliya kwerekana ingene ivyo Bibiliya yari yaravuze bihuye n’ibiba muri iki gihe. Ufatiye ku vyiyumviro vyatanzwe niwitegurire uburyo bwawe.
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Ingene Bibiliya idondora umugore abishoboye
Ni kamere izihe z’umukenyezi Yehova aha agaciro?
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Umugabo wiwe ‘ni umuntu azwi neza mu marembo’
Umugore abishoboye atuma umugabo wiwe avugwa neza.
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Nunezererwe igikorwa cawe
Turashobora kunezererwa igikorwa igihe tubona ibintu mu buryo bwiza.
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Ingene twokoresha igitabu Bibiliya itwigisha iki?
Twokoresha gute incamake n’utujambo two ku mpera igihe tuyobora inyigisho mu gitabu Bibiliya itwigisha iki?
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Niwibuke . . . Umuremyi wawe Ahambaye mu misi y’ubusore bwawe”
Mu Musiguzi 12 harakoresha amajambo ndyoshamvugo mu kuturemesha gukoresha neza ubuto bwacu.
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Rwaruka, ntimutebagane guca mu “muryango munini”
Woba wokwishingira imigambi yo mu vy’impwemu, nk’uwo gukora umurimo w’igihe cose?
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
Wa Mushulamukazi ni akarorero dukwiye kwigana
Ni ibiki vyatumye uwo mwigeme abera akarorero kadasanzwe abasavyi ba Yehova?