14-20 Munyonyo
UMUSIGUZI 1-6
Ururirimbo rwa 66 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Nunezererwe igikorwa cawe”: (Imin. 10)
[Niwerekane ividewo ivuga Incamake y’igitabu c’Umusiguzi.]
Ums 3:12, 13
—Kunezererwa igikorwa ni ingabire Imana itanga (w15 1/2 4-6) Ums 4:6—Ntureke ngo akazi kagutware cane (w15 1/2 6 ing. 3-5)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Ums 2:10, 11—Ni ibiki Salomo yatahuye ku bijanye n’ubutunzi? (w08 15/4 22 ing. 9-10)
Ums 3:16, 17—Dukwiye kubona gute akarenganyo kaba muri iyi si? (w06 1/11 14 ing. 9)
Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?
Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Ums 1:1-18
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) wp16.6 igipfukisho—Musigire agakarata ka JW.ORG.
Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) wp16.6 igipfukisho—Musomere ivyanditswe ukoresheje akuma ngendanwa.
Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bh 21-22 ing. 11-12—Mutumire ku makoraniro.
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Ingene twokoresha igitabu Bibiliya itwigisha iki?”: (Imin. 15) Guhana ijambo. Nimuce muraba mwongere muganire ku kavidewo kerekana inyigisho ya Bibiliya iyoborwa hakoreshejwe Iciyumviro ca 4 kiri ku rupapuro rwa 115 mu gitabu Bibiliya itwigisha iki?
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) kr ikig. 4 ing. 1-6, n’uruzitiro “Insobanuro y’izina ry’Imana”
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 112 n’isengesho