28 Munyonyo–4 Kigarama
INDIRIMBO YA SALOMO 1-8
Ururirimbo rwa 106 n’isengesho
Intangamarara (Imin. 3 canke idashika)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Wa Mushulamukazi ni akarorero dukwiye kwigana”: (Imin. 10)
[Erekana videwo ivuga Incamake y’igitabu c’Indirimbo ya Salomo.]
Ind 2:7; 3:5—Wa Mushulamukazi yiyemeje kurindira uwo akunda vy’ukuri (w15 15/1 31 ing. 11-13)
Ind 4:12; 8:8-10—Muri ico gihe yari arindiriye, yagumye ari intahemuka kandi yirinda ubuhumbu (w15 15/1 32 ing. 14-16)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 8)
Ind 2:1—Ni ibiki vyongereza ubwiza bwa wa Mushulamukazi? (w15 15/1 31 ing. 13)
Ind 8:6—Kubera iki urukundo ruvugwa ko ari “urubeya rwa Ya”? (w15 15/1 29 ing. 3; w06 15/11 20 ing. 7)
Igisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi kinyigisha iki ku vyerekeye Yehova?
Ni ivyiyumviro ibihe vyo mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi nokoresha mu ndimiro?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Ind 2:1-17
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Mugihura: (Imin. 2 canke idashika) bh—Koresha akavidewo Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya? kugira umwerekeze kuri ico gitabu. (Menya ibi: Nturinde kwerekana iyo videwo muri uwo mwerekano.)
Usubiyeyo: (Imin. 4 canke idashika) bh—Mutumire kw’ikoraniro.
Inyigisho: (Imin. 6 canke idashika) bh 30-31 ing. 8-9
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
“Urwaruka ruribaza
—Noba ngeze kurondera uwo dukundana?”: (Imin. 9) Insiguro ishingiye ku kiganiro kivuga ngo “Urwaruka ruribaza —Noba ngeze kurondera uwo dukundana?” Rwoba ari urukundo canke ni igihababu?: (Imin. 6) Nimurabe mwongere muganire ku kavidewo kavuga ngo Rwoba ari urukundo canke ni igihababu?
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) kr ikig. 4 ing. 16-23, n’uruzitiro “Woba ubona ko Ubwami bw’Imana bubaho koko?”
Isubiramwo ry’ivyo mwize, n’incamake y’ivyo mu ndwi iza (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 34 n’isengesho