Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ingene twotanguza ibiyago

Ingene twotanguza ibiyago

●○○ MUGIHURA

Ikibazo: Kubera iki Imana yaremye abantu?

Icanditswe: It 1:27, 28

Ubukurikira: Twemezwa n’iki ko uwo mugambi w’Imana uzoranguka?

○●○ USUBIYEYO UBWA MBERE

Ikibazo: Twemezwa n’iki ko uwo mugambi w’Imana uzoranguka?

Icanditswe: Yos 21:45

Ubukurikira: Ni ibiki Imana idusezeranira muri kazoza?

○○● USUBIYEYO UBWA KABIRI

Ikibazo: Ni ibiki Imana idusezeranira muri kazoza?

Icanditswe: Ivy 21:4

Ubukurikira: Twokora iki kugira ngo tuzokwibonere iranguka ry’ivyo Imana yasezeranye?