Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

16-22 Munyonyo

ABALEWI 4-5

16-22 Munyonyo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA

  • Nuhe Yehova ivyiza kuruta ibindi”: (Imin. 10)

    • Lw 5:5, 6​—Abakoze ibicumuro kanaka basabwa gutanga ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha, rikaba ryari umwagazi w’intama canke w’impene (it-2 848 ing. 12)

    • Lw 5:7​—Abari bakenye ku buryo badashobora gutanga umwagazi w’intama canke w’impene, batanga intunguru zibiri canke inuma zibiri (w09 1/6 26 ing. 3)

    • Lw 5:11​—Abari bakenye cane ku buryo badashobora gutanga intunguru canke inuma, batanga ic’icumi c’ingero ya efa y’ifu inoze (w09 1/6 26 ing. 4)

  • Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)

    • Lw 5:1​—Ni gute abakirisu boshira mu ngiro uwo murongo? (w16.02 29 ing. 14)

    • Lw 5:15, 16​—Umuntu yashobora gute ‘guhemuka mu gucumura ku bintu vyeranda vya Yehova bivuye ku kwihenda’? (it-2 861 ing. 8)

    • Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?

  • Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4 canke idashika) Lw 4:27–5:4 (th icigwa ca 5)

NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO

UBUZIMA BW’UMUKIRISU