Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA | ABALEWI 6-7

Uburyo bwo guserura ugukenguruka

Uburyo bwo guserura ugukenguruka

7:11-15, 20

Ibimazi vy’ugusangira Abisirayeli batanga biratwibutsa akamaro ko guserurira Yehova ko tumukengurukira mu masengesho yacu no mu nyifato yacu.​—Fp 4:6, 7; Kl 3:15.

  • Igihe dusenga, ni ibintu ibihe twoshimira Yehova tudomako?​—1Ts 5:17, 18.

  • Kugaragaza ko dukenguruka bitugirira akamaro gute?

  • Umuntu ashobora gute gufungura ku “meza y’amadayimoni,” kandi ivyo vyerekana gute ko adakengurukira Yehova?​—1Kr 10:20, 21.